Allô kumbe yamajambo kuri Faustin Ndikumana wa @ParcemBurundi tumaze imisi turiko turasoma ava ibukuru 🫣 Amwe yaba Dr ba Temu 😢 @regisbayihaye kare yamye arayagaya, reka saasa tuyamuture ayaryohererwe 😫 Kirogorogo ntaco atazovuga pe ! @GregLeGrecq ehe nyumvira.
Uuuum!! Aba jeunes bose bahejeje kaminuza nta maso , ivyiyumviro canke ubwenge bukwiye bwo guhanura no guterera mu bijanye nigihugu? Has T. Kayikwamba Wagner been married before? @Baconib @yigenga @takupapabiko @novatnintunze @Kaburahe @ikigatanyakazi #NiNdeYashavujeNeva
7
6
2
18
Burundi retweeted
🔴 Imisi 70 yaraye irumanye Rabin na bagenziwe bafashwe n'inzego z'iperereza ry'Uburundi. Kugeza ubu nta gakuru kabo. Bose hamwe bari batanu. Bane bari baje bava mu Rwanda : 1. Dieudonné Niyukuri batazira Rabin 2. Eloi Nkurunziza 3. Venant Ndikumana 4. Fabrice Ribwirumutima Bose bafatiwe mu Kirundo ku wa 29.8.2025. Imodoka zabo zibiri nazo zarafashwe. Uwagatanu ni Bonaventure Nkuriyingoma, we imodoka yamupfanye mu nzira ariko aja mu Kirundo, maze aca aba arayikoresha i Gitega. Yafatiwe mw'ihoteri i Gitega, mu bucagucagu bwo ku wa 30.8.2025. Ibimenyetso vyinshi vyerekana ko bacishijwe ku cicaro c'iperereza i Bujumbura, mu nyuma habonetse ifoto yabo bapfungiwe ku biro vy'iperereza mu Cibitoke. Guhera ubwo, nta gakuru kabo. 🔴 Umutego wubatswe na Lieutenant-Colonel Noël Banyiyezako Amakuru dufise avuga ko umutego aba bantu baguyemwo wubatswe n'intwazangabo y'iperereza rya gisirikare yitwa Lieutenant-Colonel Noël Banyiyezako. Si ubwambere abikora. Kuva muri za 2018, Noël Banyiyezako yaravuzwe mu mitego myinshi aho yabesha abantu ko afise ibirwanisho agurisha, gutyo bikarangira anyuruje abantu bagiye kubitora, amamodoka yabo n'amafaranga yabo. Ivyo vyose yamye abikorana na Colonel Alexis Ndayikengurukiye batazira Nkoroka wo muri documentation (SNR). Muri beniyo mitego yama akoresha bamwe mu bahoze mu gisirikare ca kera canke abandi bafatwa nk'abizerwa mu batavuga rumwe n'ubutegetsi. Mu gutega Rabin, hakoreshejwe uwitwa Alexis Hajayandi. Vuba tuzobaha inkuru ijanye n'imitego Noël Banyiyezako ariko aratega abatari bake. 🔴 Agacerere mu nzego zose Kuva bano bantu bafashwe, nta rwego na rumwe rw'igihugu ruragira ico rubivuzeko. Iyo ngendo irateye amakenga. Ubwo baracariho ? Général-Major Ildephonse Habarurema arongoye SNR na Colonel Jean d'affaires Manairakiza atwara iperereza mu gisirikare (G2) nibo bategerezwa kuvuga iyo bano bantu bari. Umurwi w'igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH nawo nyene wahisemwo kunuma, nkuko wama ku bibazo vy'abanyuruzwa bakaburwa irengero ryabo. 🔴 Imisi 70 ni myinshi. Abantu naho bokwagirizwa amakosa ameze gute, amategeko y'Uburundi avuga ko bajanwa imbere y'ubutungane, bakisigura, maze bagiriye icaha bagahanwa nkuko amategeko abitegekanya. Uburundi bwoba bwarahagaritse kugengwa n'amategeko ? Leta ya CNDD-FDD yo yama idashobora kwubaha amategeko yishiriyeho ? Burya guca iruhande y'amategeko iyo hageze guhana, abatwara baravyihendako cane, kubera bibaza ko bizofata abo banka gusa. Ariko iyo mbuto izokura, benshi mu batwara bazobona nabo bubashikako bicuze. Amategeko ariho ku neza ya twese. Niyubahirizwe. Agateka ka zina muntu nikubahwe kuri bose. --------- Iruhande y'aba batanu, hari abandi banyuruzwa imbere be n'inyuma y'ifatwa rya Rabin. Boba bagirizwa kuvugana na Rabin. Tubandanya gusaba ko abo bose berekanwa iyo bapfungiwe. Imiryango nayo izi ko abayo banyurujwe muri ayo mezi, tubandanya kuyisaba ngo idufashe gushira ahabona ayo makuru. Kunuma biha inguvu inzego zinyuruza Abarundi.
Ndabongerereko nakandi : iyo mwumvise abanyamulenge baziririzwa @Red_Tabara ga barundi bene wacu mwipfuza abatabazi, muramenya ko kuri benshi mubabesha, bavuga @Red_Tabara bagomba kuvuga Rwanda, bakarutinya bakavovotera kuri RT. Urwanda ruratinyitse, bagacagura kuguma banka nyabuna RED Tabara, yamara mumutwe wabo ni propagande mbi bamize kandi ifise imizi muburundi. @Red_Tabara ifashwa nabarundi bari kwisi yose. Iyo propagande mbi, irakuzwa malheureusement nabandi barundi bari hanze baba bibaza ngo nibankisha RT niho ivyo bapfundapfundika bizokwemerwa. Bacemwo ntibabona ni politique mbi pe ! Muriyubara ntibabacemwo muzi ubwenge 🕯🕯🕯🕯🕯 Impanuro kubarundi barwanya DD bubakira kububeshi: DD ifise doctorat mububeshi namacakubiri, mukayirwanya mukoresheje ivyo ntankeka izobatsinda kandi biyikomeze. Ubakira kukuri nubuntu, nivyo bizoduha igihugu camahoro nubutungane. Banyamulenge bene wacu, iyo mpanuro mushaka muyakire namwe simbi.
Amahoro ? Muribuka babanyamulenge bahora bababarira ngo @Red_Tabara, yarabishe, ahubwo ngo yanagize génocide iwabo ? Baragaruye akenge kugihe apparemment murasubira mubabaze 🫣 Basigaye bazi Gumino na P5, kare ntibari bazi ko zibaho canke zahigeze, kandi zikorana na DD na benewabo. Murasubira saasa mubabaze ico iyo mirwi yahuriyeko na @Red_Tabara, aho bagatukiye RT ngira bazokwemanga ko ariyo yabopetse. Baragiye aho barararaza RT bigira ibintazi, none ikibazo cabo ntaho caroye 😢 Anyway, ndabibutse ko @Red_Tabara iharanira ko urugamba rwayo rudahitana umu civile uko bishoboka vyose. Ntarwanko ifitiye abanyamulenge, ntarwoyigeze kandi ntarwo izogira, ababeshi nibareke kubesha batahure ko ntanico bavyungukiramwo. P.S: ka Neva ngo yambu.
6
13
Amahoro ? Muribuka babanyamulenge bahora bababarira ngo @Red_Tabara, yarabishe, ahubwo ngo yanagize génocide iwabo ? Baragaruye akenge kugihe apparemment murasubira mubabaze 🫣 Basigaye bazi Gumino na P5, kare ntibari bazi ko zibaho canke zahigeze, kandi zikorana na DD na benewabo. Murasubira saasa mubabaze ico iyo mirwi yahuriyeko na @Red_Tabara, aho bagatukiye RT ngira bazokwemanga ko ariyo yabopetse. Baragiye aho barararaza RT bigira ibintazi, none ikibazo cabo ntaho caroye 😢 Anyway, ndabibutse ko @Red_Tabara iharanira ko urugamba rwayo rudahitana umu civile uko bishoboka vyose. Ntarwanko ifitiye abanyamulenge, ntarwoyigeze kandi ntarwo izogira, ababeshi nibareke kubesha batahure ko ntanico bavyungukiramwo. P.S: ka Neva ngo yambu.
1
6
1
22
Confession nocturne : kuva 2015 gushika uno munsi nsindashobora kwumviriza amakuru yiBurundi akarenga 2 mundwi 💔 Abantu mwabandanije mutanga amakuru, abantu muyumviriza kumunsi kumunsi, mugashobora kwifata ntimwumve muri révoltés nukuri muri numutima ukomeye kunsumba. Kuneza yisi numuryango wanje, kabiri karakwiye mundwi nahonyene apana indwi zose zikurikiza. Nopfuma ndayasoma hako ndayumva canke ndayaraba. Ndatinya ko nocika umu terror!ste pe ! 😢
1
5
2
19
Amaraso yabacu ntazijana ! Ndiko ndaraba documentaire itigeze isohoka, kumvo zumutekano wababonekamwo. Nguma mpagarika uko iminota itanu iheze 💔 Niho nkibona amasanamu ya enterrement ya notre cher Christophe Nkezabahizi numuryango wiwe 💔 Muntu wise kuri space aba manifestants ba 2015 interahamwe, muntu ukivuga ngo twari twarahenzwe ukirengagiza abaduteye amasase, umenye kandi utahure umubabaro udutera. Amarira mbona kumasanamu, nkibaza iyo abo bantu mbona bageze, imyaka abana bafise uno munsi, nukuri uri impunzi uno munsi gira impuhwe, ureke gusongera isibe ! Abatwica turabazi, kandi abamaraso yabacu ntazijana, ubutungane buzosasa, bitebe bitebuke, tugire igihugu 🕯
2
7
1
47
#Tanzanie : L'artiste tanzanien @Rayvanny a partagé des images choquantes montrant les violences commises par les forces de sécurité lors d'une répression sanglante des manifestants protestant contre les élections. L'opposition évoque un bilan de plus de 700 morts.
6
6
1
52
Umutype yiyita @rutare mbe yagiyehe ko tweet Z zaduhabura
Donatien Ndayishimiye, patron d'Ikiriho, a le grade d'administrateur au sein du SNR Il a déjà tenté ma capture et mon élimination (2015), il a même créé un compte anonyme pour m'insulter (2017). Ses attaques répétées et ses affabulations ne me touchent pas. #Burundi
Monsieur Donatien Ndayishimiye, patron d' #Ikiriho, En 2015, vous avez tendu un piège pour ma capture et mon élimination, cela a raté. En 2017, votre compte pseudonyme "L'Oeil de Mamadou" a tenté de me diaboliser, je vous ai démasqué. Vos affabulations de 2024 vont aussi rater !
28
2
95
Burundi retweeted
Wa tanzania 29 October wanataka kuambia huyu samia aende hawamtaki Gn Z stand up
1
1
No, Elon. The problem isn’t “suicidal empathy.” It’s what happens when empathy disappears. When men start eating other men, that’s not compassion gone too far — that’s its absence. In Congo, militias backed by power prey (Government and even the UN) on civilians while the world looks away.
Suicidal empathy is killing Western Civilization. It is good to have empathy, but we cannot allow our empathy to be abused to the point of extinction!
Wesha gabanya itabi
Burundi retweeted
#Burundi : Urwaruka n'ibwo Burundi bw'ubu na Kazoza .Rutegerezwa gukingigwa umugera w'amacakubiri .
4
9
3
24
Burundi retweeted
Pacifique NININAHAZWE tukurinyuma turagushigikiye courage niwe dusigaranye atuvugira ,kugira NEVA avuge birya nuko yabonye umuteye ikibazo . Nta parlement dufise ituvugira nitwagutakaza simbona ico tuzoba dusigaranye
10
3
24
Burundi retweeted
Burya mukuvuga inzara na kwashi perezida @GeneralNeva arafise ubundi butumwa yashatse gutanga . @Ndereyiman20249 #Burundi #Inzara
Mise à jour de ce mercredi 22 octobre 2025 : Le régime de Kinshasa poursuit sa campagne belliciste en procédant à des bombardements délibérés et aveugles à l'aide de drones de combat sur les zones densément peuplées des localités de Nyarushyamba (Masisi), Kashebere (Walikale) et leurs environs. Ces attaques ignobles, perpétrées les mardi 21 et mercredi 22 octobre 2025, constituent une violation flagrante du cessez-le-feu. Par ces agressions, le régime de Kinshasa foule cyniquement aux pieds le processus de paix de Doha, révélant au grand jour son refus catégorique de résoudre le conflit par des voies pacifiques. Il en porte l’entière responsabilité, ayant lui-même provoqué l’escalade et saboté les efforts de paix. L’AFC/M23 prend à témoin les dirigeants régionaux ainsi que les partenaires internationaux. Face à cette situation, elle se voit contrainte, de manière légitime, de se défendre et d’éliminer toute menace à sa source afin d’assurer la protection des populations civiles.
99
55
351
L'Alliance Fleuve Congo/Mouvement du 23 Mars (AFC/M23) alerte l'opinion nationale et internationale sur la violation répétée du cessez-le-feu par les forces coalisées du régime de Kinshasa. Ce mardi 21 octobre 2025, ces dernières ont procédé, à l'aide de drones CH-4, à une série d'attaques visant des zones densément peuplées de Mpeti, Nzibira et leurs environs, mettant gravement en péril la vie des populations civiles. L'AFC/M23 réaffirme sa solidarité indéfectible envers ses compatriotes et son engagement à les protéger et à éliminer toute menace à sa source.
99
31
352
Octobre 1993, petite fille de 9 ans, Sandra Muhoza a échappé de justesse à la mort, en se cachant dans la maison d'un voisin. Avril 2024, elle a échappé de justesse à une mort programmée, grâce à une alerte rapide. Aujourd'hui, elle est malade, en prison. Il faut la sauver !
Une pensée particulière pour la journaliste Sandra Muhoza, détenue injustement depuis le 13.4.2024. Âgée de 9 ans en octobre 1993, elle a assisté au massacre de sa mère, sa grand-mère, son oncle, sa tante, tués à coups de #machettes à #Busoni. #Burundi 1/2